IMYIDAGADURO : MU MUNEZERO MWINSHI MISS KELLY NGARUKO YAHIMBAJE ISABUKURU YIWE MU KUDOMEKA AGATABI.

IMYIDAGADURO : MU MUNEZERO MWINSHI MISS KELLY NGARUKO YAHIMBAJE ISABUKURU YIWE MU KUDOMEKA AGATABI. - image | daflx blog

Published 18-09-2023 08:09:56 in

Miss BURUNDI 2022 KELLY NGARUKO yahimbaje isabukuru y'amavuko, bamwe muba Miss bamwipfurije isabukuru nziza (inkuru tuza kugarukako).

Ku wa 17.09.2023 uko umwaka utashe Miss2022 KELLY NGARUKO arahimbaza isabukuru y'amavuko,
KELLY NGARUKO yaraye abonekanye mu mafoto yatangaje benshi.

Kw'isabukuru yiwe, Miss KELLY NGARUKO yarashize udufoto ku mbuga ngurukanabumenyi asa n'uwuriko  aradomeka agatabi. 
Ivyo bikaba bitakiriwe neza na bamwe mu bakunzi biwe.

Umwe mu bakunzi biwe bagize ico bashikiriza yamenyesheje ko kuva ahejeje ikiringo ciwe, yaciye afata ingeso mbi. 
Yagiye Ati "Kuva uhejeje ikiringo cawe waciye uja muri vyo?".

Uretse ko bamwe babihaye iyindi ntumbero abandi basigura ko ari ikimenyetsi gisanzwe kijanye n'umusi yariko arahimbaza.

Miss KELLY NGARUKO yambitswe urugori rwa Miss BURUNDI muri ruheshi 2022, aza gusubirizwa na Miss Lellie yatowe uno mwaka.

Share on your social networks