D-0NE NGO N'UMUNYUKA NTIYORONKA NKIVYABANDI

D-0NE NGO N'UMUNYUKA NTIYORONKA NKIVYABANDI - image | daflx blog

Published 21-02-2023 04:02:17 in

NDAYIKENGURUKIYE Dieudonné benshi bamenye nka D-0NE yaraye yerekanye ko ari mu baririmvyi bumvirizwa cane mu gihugu c'uburundi .

Mu mwaka uheze yasinye amasezerano n'imwe mu nzu zikora umuziki (iteka média) , wamengo agiye gufyinata , kuri we ntiyabona ico agiye gukora.

Management yiwe yaramwitwarariyse nawe arabishima abonye intabwe agezeko , ni gake umuririmvyi amaze igihe gito akundwa kugeza kurugero ariko.

D one yakoze indirimbo nyinshi abifashijemwo niyo nzu , imwe muzo yakoze arikumwe na mugenzi we social mulla yaraye ikwije umuliyoni kurubuga rwiwe rwa youtube.

Turamukeje cane!!!

Share on your social networks