welcome on daflx blog...

638 tentatives d'assassinat contre Fidel Castro : la personne la plus recherchée par CIA

Fidel Castro a été visé par les services secrets américains (CIA) dans 638 tentatives d'assassi...

Read more
TUMENYANE : DUSABWA KUMARA IMINOTA 67 TWIBUKA NELSON MANDELA YAMAZE AGWANIRA AGATEKA.

Mu kwibuka uruhara Nelson Mandela yagize aho yarwaniye ukwidengevya. Hari muri munyonyo 2009, i...

Read more
TUMENYANE : AVUGA NEZA INDIMI 7, MENYA PIYEME NO17 UW'ARIWE?

Ku mazina yahawe n'abavyeyi ni  NIYONKURU PASCAL benshi bakaba bamuzi ku kazina k'ubuh...

Read more
MU KIBANO : BABIRI BITAVYE IMANA INYUMA YO KUNYWA UMUTI UTUMA BAHEBA INZOGA.

Umusore ibiri isanzwe ivukana bahitanywe n'imiti babwiye ko ariyo ituma baheba inzira. Abo abas...

Read more
UMUNSI MUKURU WO KWIBUKA UBUMWE BW'ABARUNDI WAMA UHIMBAZWA BURI WA 5 RUHUHUMA.

Nk'uko vyama igenekerezo rya 05 z'ukwezi kwa Ruhuhuma, Uburundi bwama bwibuka amasezerano y'ubu...

Read more
NINDE AZOSANURA ISOKO NKURU YA BUJUMBURA.

Mu gatondo ku musi w'Imana itariki 27.01.2011,  umuriro mwinshi wadutse mu kibanza kimwe cari m...

Read more
ADRIENNE NAHIMANA YASHINGUYE MW'ITONGO RY'ABAPFUYE RIRI I MURAYI.

Adrienne Nahimana yakundwa cane n'abakurikirana igikino Ninde, akaba yari azwi ku ritazirano ry...

Read more
INKURU MBI Y'UMUKINYI ADRIENNE NAHIMANA YAMENYEKANYE MU GIKINO 《NI NDE?》

Mu masaha y'ijoro yo ku munsi wa kane itariki 18.01.2024, niho hamenyekanye urupfu rw'umukinyi...

Read more
INKURU MBI Y'URUPFU RWA ADRIENNE NAHIMANA YAMENYEKANYE MU GIKINO NINDE.

Mu masaha y'ijoro yo ku munsi wa kane itariki 18.01.2024, niho hamenyekanye urupfu rw'umukinyi...

Read more
AMAHERA NIYO YATUMYE YUBAKA AKIRI KU NTEBE Y'ISHURE.

Inyuma y’iminsi bakoze ubukwe, Aisha Tamba yarongowe na Sadio mané batikije...

Read more

YOBA YEMEYE KO ARONGORWA NA SADIO MANE KUBERA AMARONKO.

Inyuma y’iminsi bakoze ubukwe, Aisha Tamba yarongowe na Sadio mané batikije...

Read more

UMUKOBWA WA BIG FIZZO YAVYARIYE MU RWANDA UBU N'INKUMI.

Mugani Desire yamenyekanye cane kw'izina rya Big Fizzo, ari mu baririmvyi bamaze igihe kinin...

Read more

UGANDA : KU MYAKA 70 YIBARUTSE AMAHASA.

Safina Namukwaya umugore w’imyaka 70 y’amavuko wo mu gihugu ca Uganda aherutse kwibaruka ama...

Read more

UMUGABO YARWANYE N'UMUKOBWA YAGURIYE INKOKO YITEZE KO BATAHANA BAKARYAMANA.

Inkuru yabaye inkuru ku mbuga ngurukanabumenyi. Inkuru y'umugabo wo mu gihugu ca Kenya  yarw...

Read more

NAHO AGENDANA UBUMUGA YIBARUTSE UMWANA.

Gutwara inda ukanavyara n'ubutwari bukomeye mu gihe uba ugendana ubumuga. Hari benshi bahita...

Read more