IMYIDAGADURO : BAGARAGAJE URUKUNDO BAFITANIYE INYUMA Y'IGIHE KININI BIHISHA.

IMYIDAGADURO : BAGARAGAJE URUKUNDO BAFITANIYE INYUMA Y'IGIHE KININI BIHISHA. - image | daflx blog

Published 21-08-2023 07:08:46 in

"Ariko meili ni mwiza". "Akazuba"

N'inkuru y'urukundo rwavuze hagati ya  
MUGISHA merveilleux umuririmvyikazi yamenyekanye cane kw'izina rya meili na ir NIVYINDAVYI  Emery azwi kw'izina rya Emery Sun  ariko abo bose bakabigira ibanga, kuburyo abakunzi babo batamenye na kimwe.

Vyose vyatanguye Mu ndirimbo ya meili yise "arabesha". N'indirimbo ivuga ukuntu umuhungu abesha uwo bakundana. 

Vyongera kugaruka mu ndirimbo yindi ya meili nyene yise ''NAWE''. N'indirimbo iri mu rukurikirane ruto rwiwe yise " ConfidenceEp" rugizwe n'indirimbo 5. Abakunzi babo bati twabahinyuye. Mwatanguye mutubesha ubu naho ngo shaka kubana NAWE.

Mu kiganiro yakoranye n'ikinyamakuru Umukubito, meili yamenyesheje ko  atagwanko ruhari hagati yiwe na Ir Emery Sun Yagize Ati : "Harukuntu narengeye ivyo vyose, hama numva umenga vyobandanya". 

Biboneka ko harimwo urukundo hagati yiwe na Ir Emery Sun yamenyesheje ko ata rwanko rurimwo 
 Yagize Ati : Uko biri kwose ntihari urwanko, abantu bihweje babona urwanko?"

Ugurura iyi link urabe indirimbo "NAWE" ya Meili na Ir Emery Sun
https://youtu.be/8bBxDjSqX1A


Share on your social networks