IMYIDAGADURO : IGIPORISI C'URWANDA CASHIKIRIJE UBURUNDI UWITWA JOLIS BUKEYENEZA AKEKWA KWIBA BANCOBU.

IMYIDAGADURO : IGIPORISI C'URWANDA CASHIKIRIJE UBURUNDI UWITWA JOLIS BUKEYENEZA AKEKWA KWIBA BANCOBU. - image | daflx blog

Published 04-11-2023 07:11:19 in

Kur'uyu wagatanu itariki 3 Munyonyo 2023 , niho RIB  ( Rwanda Investigation Bureau ) yashikiriza igiporisi c'uburundi  umusore yitwa Boris Bukeyeneza ( Yagirizwa kwiba Bancobu Imiliyoni 29 z'amarundi )

Iki gikorwa cabereye kumupaka w'Uburundi n'urwanda gihagarariwe na ( RIP , INTERPOL , PNB ) 

N'igikorwa kandi kibaye inyuma yaho kw'itariki 20 zuku kwezi kwacumi , RIB yashatse kumutanga ariko uno musore agahitamwo kwikomeretsa akoresheje minoti ( Amapingu ) baca bahitamwo kubanza kumugumiza Murwanda  kugira abanze avurwe .

Amakuru dukesha ikinyamakuru IGIHE comurwanda nukwo ayo mafaranga yagirizwa kwiba atanayo agifise , kuko abatekamutwe bayamutwariye muri Tanzaniya aho yariko arondera ivyangombwa ngo aje muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika .

Share on your social networks