KABAYE : UDUSANAMU TW'IBITERASONI TWABAYE NDANSE I BURUNDI

KABAYE : UDUSANAMU TW'IBITERASONI TWABAYE NDANSE I BURUNDI - image | daflx blog

Published 02-04-2023 11:04:06 in

Udusanamu tw'ibiterasoni ( Porn ) turaharawe i Bujumbura .

Ubu hagati Mugisagara ca Bujumbura habandanya kwibonekeza Udusanamu tw'abayabaga bariko bakora imibonano mpuzabitsina mbere Kugeza Ubu bisigaye bifatwa nk'ibisanzwe ndetse hari n'amazina bakunze kwita ababikora ngo #Wakera ,...

Ikibabaje n'abana bato birabashikira bakabona izo sanamu hamwe n'abavyeyi babo babikora ariko ntihagire nico bakora .

Ikibazo benshi bibaza , mbega Leta ntibona izo sanamu kugira irwanye ako karanda abana benshi batarononekara ?

Wibaza ko bizana izihe ngaruka mbi kubabona utwo dusanamu ? Mbega hoho abashira hanze ayo mahano bari bakwiye gukorerwa iki ?

Share on your social networks