MUTIMA LE COMÉDIEN ARASEZEYE UBUSORE

MUTIMA LE COMÉDIEN ARASEZEYE UBUSORE - image | daflx blog

Published 17-12-2022 08:12:28 in

MINANI Freury yamenyekanye cane Mu gutwenza abantu araye asenzeye ubusore. Kuri uno munsi itariki 17/kigarama/2022,
MINANI Freury alias MUTIMA le comédien, umwana agira munani mu muryango w'abana cumi yaraye akoye (près dot) n'umwigeme CLAIRIA.

MUTIMA LE COMÉDIEN AKABA agiye mu mugwi munini w'ivyamamare bateye iyo ntabwe, na cane cane Mu gisata co gutwenza.      Turakeje MUTIMA le comédien !!!!!!

Share on your social networks