UMUZIKI : DOUBLE JAY YAFUSE INDIRIMBO YIWE"KIRUNGO" KURUBUGA RWIWE.

UMUZIKI : DOUBLE JAY YAFUSE INDIRIMBO YIWE"KIRUNGO" KURUBUGA RWIWE. - image | daflx blog

Published 11-04-2023 08:04:17 in

Mugisha Jean Junior benshi bazi nka Double Jay , yaraheruka gukora ururirimbo yise "KIRUNGO" yarufuse ku rubuga rwiwe rwa youtube.

Ahejeje gufuta iyo ndirimbo yaciye afuta ifoto ziwe zose zari ziri kurubuga rwiwe rwa Instagram.

DoubleJay ntanakimwe yamenyesheje cabimuteye uretse kwereka abamukurikirana ko ataco ashaka kubivugako . Ivyo vyose bibaye mugihe yari yitezwe n'abakunzi biwe cane , yari yabemereye ko agiye kuduza ibikorwa vyiwe kurundi rwego , birangiye abogoje kimwe muvyo abakunzi biwe bari bamurindiriyeko.

Share on your social networks