UMUZIKI : ISEKEZA RYO KUGWANYA SAT-B RIRABANDANYA , UKUMUBURIRA INDERO NO KU MUGERERANYA N'ABAKICARUKA NIVYO VYIMONOGOJE.

UMUZIKI : ISEKEZA RYO KUGWANYA SAT-B RIRABANDANYA , UKUMUBURIRA INDERO NO KU MUGERERANYA N'ABAKICARUKA NIVYO VYIMONOGOJE. - image | daflx blog

Published 05-04-2023 07:04:41 in

Uyu munsi Views Ziriko zivugisha menshi abantu kuburyo Hariho Abatanguye Kunganisha Canke Kurutisha Sat-B Umuririmvyi Wakarere ko Yasumbwe na Drama T

Naho biri uko Sat-B ntanyeganzwa na views kubera n’izi mbuga niwe yahimirije abarundi kuzikoresha. Sat b aremeza neza indirimbo" Beautiful" yakoranye na meddy Ata ndirimbo n imwe mu burundi iyirusha views.

Beautiful ni indirimbo Yakoze amateka Kwisi mubihugu birenga 20 muri chart za Shazam n ahandi.

Abarundi isinzi Bavyutse Biyamiriza Akagwi Kabantu Bashaka Gufuta izina Sat-B bu rundu Ariko Vyabataye Kuwamazi.

Share on your social networks