welcome on daflx blog...

FOOTBALL : MANCHESTER CITY YATWAYE IGIKOMBE C'UMWAKA KU RUHANDE RW'ABAGABO MU BIRORI VYO GUTANGA BALLON D'OR.

Umugwi Manchester City ukoze amateka yo gutwara ballon d'or nk'umugwi w'umwaka mw'itagwa ry'ibi...

Read more
FOOTBALL : UKO IVYAMAMARE MU MUPIRA W’AMAGURU VYATAMBUTSE KU ITAPI ITUKURA.

Leonel Messi n’umuryango we batambukanye ku itapi itukura.

Raba amafoto yaranze umug...

Read more
BURUNDI : UKWITANGA KW'ABARUNDI GUTUMYE ARIELLA IRAKOZE YARI AREMBEYE MURI CMCK AJANYWA KW'IVUZA MURI KENYA.

Haraheze igihe gito hegeranijwe amahera yo kuvuza umugwayi Ariella, Ariella Irakoze yari yafash...

Read more
BURUNDI : UKWITANGA KW'ABARUNDI GUTUMYE ARIELLA YARI AREMBEYE MURI CMCKA AJANYWA KW'IVUZA MURI KENYA.

Haraheze igihe gito hereranijwe amahera yo kuvuza umugwayi Ariella, Ariella Irakoze yari yafash...

Read more
FOOTBALL : MANCHESTER CITY YAJUGUNYE MANCHESTER UNITED IYIRENZA HIRYA.

 Muri shampiyona y'icicaro ca mbere mu Bwongereza, umugwi wa Manchester City yatsinze Mancheste...

Read more
IMYIDAGADURO :BAMENYE AMABANGA YABO , INTAMBARA HAGATI YA FANNY NA LIBERT IRABANDANYA GUFATA IYINDI NZIRA.

Hagize iminsi hari intambara hagati y'abakinyi ba sinema mu Burundi. Iyo ntambara bikavugwa ko...

Read more
BURUNDI : IMVURA Y'ISEGENYA YAGUYE MU NTARA YA CIBITOKE YASENYUYE INZU 580.

Amakuru ava mur'iyo ntara avuga ko inzu zirenga 580 zasenyutse , abantu 6 bakomeretse, imirima...

Read more
BURUNDI : BIRABABAJE ABANYESHURE 12 BARAKUBISWE N'INKUBA.

Abanyeshure 12 b'abahungu  bo kuri Lycée Communal Nyagasebeyi yo muri komine Tangara mu ntara y...

Read more
IMYIDAGADURO : YASHATSE KWICA UMUKUNZI WIWE AKORESHEJE IMBUGITA.

Ndereyimana Boris yihaye inkumbi acumita imbugita uwari umukunzi wiwe bari no mu mwiteguro yo k...

Read more
TABARA YAFASHWE N'INDWARA ITAZWI GUSHIKA NAHO AMASO AGIRA AVEKO.

Uyu muvyeyi amagara aramukitse cane bitewe n'akavyimba kaje ku ruhande rw'amaso.
Uwo muvye...

Read more
BURUNDI : BURI RUGO RWOSE RUTEGEREZWA GUTUNGA INKWAVU NKA ZITANU.

Umushikiranganji w'intwaro yo hagati, umuteka n'iterambere rusangi Martin NINTERETSE aherutse g...

Read more
IMYIDAGADURO : YISHE SE BAPFA AMATONGO, IRYO BARA RYABAYE MU KAYANZA.

Ku munsi w'ejo itariki 24.10.2023 ku mutumba wa mugera komine Kabarore Intara ya Kayanza hatowe...

Read more
IMYIDAGADURO :HABONETSE UWUNDI MU PATIRI YAHEVYE IMIRIMO Y'IMANA AJA KURONGORA UWO YIHEBEYE.

Mu bukwe bw'agahebuza patiri Innoncent yanditswe n'umukobwa yihebeye, inyuma y'imyaka 12 arangu...

Read more