welcome on daflx blog...

IMYIDAGADURO : IKIGO CNC KIRABABAZWA N'AMASHUSHO ATAGIRA UBUREMERE ASIGAYE YEREKANWA N'IBINYAMAKURU BIKOMEYE.

Umukuru w’ikigo c’igihugu CNC kijejwe gucungera ibinyamakuru bikorera mu Burundi, Umupfasoni Ve...

Read more
IMYIDAGADURO : ARIEL WAYZ YASAVYE ABA FANS KU MUSHIGIKIRA, AVUGA KO AGIYE GUSHIRA HANZE INDIRIMBO ZITATU ICARIMWE.

Umuririvyikazi Uwayezu Ariel yamenyekanye cane kw'izina rya Ariel Wayz agize igihe amenyesha ko...

Read more
UMUZIKI : ISH KEVIN YASHIZE HANZE ALBUM YIWE YA MBERE 'BLOOD, SWEAT &TEARS'.

Ishimwe Semana Kevin yamenyekanye cane kw'izina rya Ish Kevin yashize hanze album yiwe ya mbere...

Read more
IMYIDAGADURO : MISS LELLIE CARELLE NDAYIZEYE YIPFURIJE ISABUKURU NZIZA MISS KELLY NGARUKO.

Ni beza cane, bafise ubwiza budasanzwe, barumvikana, barakundana. Aya n'amwe mu majabo ushobora...

Read more
IMYIDAGADURO : MU MUNEZERO MWINSHI MISS KELLY NGARUKO YAHIMBAJE ISABUKURU YIWE MU KUDOMEKA AGATABI.

Miss BURUNDI 2022 KELLY NGARUKO yahimbaje isabukuru y'amavuko, bamwe muba Miss bamwipfurije isa...

Read more
IMYIDAGADURO : SERENA GOMEZ YEMEJE KO AKUNDA NIGERIYA CANE, MU BIRORI VYA MTV AWARDS2023.

 Umuririmvyi w'icamamare muri afurika Rema yanditse
 amateka yo gusuvya abo bari bahangany...

Read more
URUKUNDO : WOKORA IKI MU GIHE UMUKUNZI WAWE ADASHAKA KWIBAGIRA UWO BAHOZE BAKUNDANA ?

Uwo mukunzi muri kumwe ubu n'aho adashaka kuvavanura nuwo  bahoze bagendana, nawe ubwawe vyaguc...

Read more
IMYIDAGADURO : BAGARAGAJE URUKUNDO BAFITANIYE INYUMA Y'IGIHE KININI BIHISHA.

"Ariko meili ni mwiza". "Akazuba"

N'inkuru y'urukundo rwavuze hagati ya  
MUGIS...

Read more
INKINO : UKO UBURUNDI BWITWAYE MU MARUSHANWA YA VOLLEY BALL WORL BEACH PRO TOUR MURI RUSANGI, U BURUNDI NIBWO BWAKIRIYE INZO NKINO.

kuva kur'uyu wa 17.7.2023, niho hatangura inkino z'igikombe c'isi mu rukino rwa Volley-Ball yo...

Read more
TUMENYANE : NYAKWIGENDERA YVAN BURAVAN NI MUNTU KI? REKA TUGARUKE KU VYARANZE UBUZIMA BWIWE.

Uyu munsi kw'igenekerezo rya 17.08.2023, Yvan  Buravan ararumanije umwaka ashengeye, ahitanwe n...

Read more
INKINO : N'UBWA MBERE UMUGWI INTER STAR URONSE UMUMENYEREZA N'IMWIGEME, MU CICARO CA MBERE C'ABAGABO.

N'irya mbere mu mateka y'umupira w'amaguru, wo cicaro ca mbere mu BURUNDI umenyerejwe n'umwigem...

Read more
IMYIDAGADURO : MENYA IBIBANZA BITANU VYEMEZWA NA KATORIKA KO MAMA MARIYA YABIBONEKEYE.

Kw'itariki 15.08 uko umwaka utashe abakirisu b'Abakatorika b'i Burundi bateranira ku musozi wa...

Read more
URUKUNDO : ABASORE MENYA IBIMENYETSO BIZOKWEREKA KO UMUKOBWA WAKUNZE NAWE AKWIPFUZA.

Burya abasore bamwe bagorwa cane no kumenya uko bokwegera abakobwa , igihe bobegera n’uburyo ba...

Read more