welcome on daflx blog...

UMUGABO YARWANYE N'UMUKOBWA YAGURIYE INKOKO YITEZE KO BATAHANA BAKARYAMANA.

Inkuru yabaye inkuru ku mbuga ngurukanabumenyi. Inkuru y'umugabo wo mu gihugu ca Kenya  yarw...

Read more

NAHO AGENDANA UBUMUGA YIBARUTSE UMWANA.

Gutwara inda ukanavyara n'ubutwari bukomeye mu gihe uba ugendana ubumuga. Hari benshi bahita...

Read more

CHRISTOPHER MUNEZA YAVUZE URUKUNDO NYINA WIWE YAKUNDA BIG FIZZO.

Christopher Muneza yavuze ko umuvyeyi wiwe aherutse kwitaba Imana yari umukunzi w'umuririmvyi B...

Read more
UMUKAZANA YARWANYE NA INABUKWE KU MUNSI W'UBUKWE.

Umukazana yarwanye na Inabukwe ku munsi w'ubukwe bakaba bapfuye ifungurwa bivugwa ko vyategu...

Read more

UMUGORE ABANA N'ABAGABO BATATU HARIMWO NA MURAMU WIWE ATANGAZA BENSHI.

Umugore afise abagabo batatu, aravuga ko ata kintu kimuryohera  nko kuba afise abagabo batat...

Read more

YITWARIYE UMUGORE WIWE KUBERA YAVYAYE UMWANA ASA N'UYUSHAJE.

YITWARIYE UMUGORE WIWE KUBERA YAVYAYE UMWANA ASA N'UYUSHAJE.

KENNY SOL YARAYE YAMBITSE IMPETA UMUKUNZI WIWE.

Umuririmvyi  Rusanganwa Norbert yamenyekanye cane kw'izina rya Kenny Sol mu ndirimbo zitandukan...

Read more
KUKI ATARONKA IBITERAMO ARIWE MURIRIMVYI AGEZWEHO.

Umumenyeshamakuru Santa La Talitha yavugishije benshi inyuma yo kuvuga ko abategura ibiteramo b...

Read more
MANANGER WA VESTINE NA DORCAS ARAGIRIZWA GUHOHOTERA IBINYAMAKURU VY'I BURUNDI.

Mu gihe abaririmvyi baririmba indirimbo mpimbaza mana bakuzwe cane mu Rwanda baherutse kuza gut...

Read more
Bakoze cane! Abaririmvyi bakoze cane mu mwaka uheze batanga icizere co kuba abaririmvyi bakomeye uyu mwaka.

Mu Burundi, haravuka abaririmvyi benshi bashasha. Abo bashasha bazanana inguvu nyinshi, benshi...

Read more
INDEGE YAHIYE YOSE ABARI BAYIRIMWO BAROKOTSE.

Indege y’ishirahamwe Japan Airlines yo mu Buyapani yahiye iratokombera mu gihe yari iguye ku ki...

Read more
UMUKURU W'IGIHUGU C'UBURUNDI YAMIRIRA KURE ABUBAKANA BASANGIYE IGITSINA.

''Jewe Numva ko abubakana basangiye ibitsina hano mu Burundi babafashe Bari bakwiye kubajana ku...

Read more
Pizzo John agiye gushira hanze indirimbo yakoranye na Ruger

Umuriririmvyi Pizzo John asanzwe akorera akazi kiwe k'umuziki mu gihugu c'ububiligi yamenyesheje ind...

Read more
UMUGORE YAKASE IGITSINA C'UMUGABO WIWE INYUMA YO KUMENYA KO AMAZE IMYAKA 15 ARENGA IBIGO.

Inkuru iriko iragarukwako n'ibinyamakuru vyinshi hirya nino ku mbuga ngurukanabumenyi n'iyu mug...

Read more
RETA IRIKO IRAKORA KUGIRA IVY'IYO NDEGE BIHERE, INDEGE Y'UBURUNDI YAGUZWE ARIKO NTIKORE ISHOBORA KUGURISHWA CANKE IKORE.

Abagize inama Nkenguzamateka bariko bariga integuro y'ibwirizwa isubiramwo ibwirizwa rigenga am...

Read more