welcome on daflx blog...

UMUSORE YATEMAGUYE MUGENZI WE AKORESHEJE UMUPANGA KU MUNSI WA NOHELI.

Mu gace ka kamonyi, hari umugabo akurikiranywe icaha co kwica mugenzi wiwe amuteye umupanga wo...

Read more
YAFASHWE ARIKO ARAKINDA IMBERE Y'URUGO BARAYE BAKOZE UBUGENI.

Ku mutumba wa Muramba uri muri komine Tangara mu ntara ya Ngozi, haraye hafashwe umutama yitwa...

Read more
VESTINE NA DORCAS BAKOZE IGITERAMO CABO CA MBERE MU GISAGARA CA BUJUMBURA.

Abakobwa VESTINE NA DORCAS bafashije Abarundi guhimbaza neza muri kino gihe c'impera y'umwaka. Ni mu...

Read more
MU KAYANZA HAFASHWE ABASUMA BIVYE IVYUMA VY'INTEBE.

Mu ntara ya kayanza komine Muruta, hafashwe abasore babiri bashoye ivyuma bakuye kw'ishure rya...

Read more
INYINYURANA HAGATI YA BILIMAN BOYS NA DJ PHIL PETER MU GITERAMO CO KWEREKANA ALBUM YA YAGO.

Kur'uyu wa 22.12.2023, Umunyamakuru akaba n'umuririmvyi Yago Pon dat niho yashira ku mugaragaro...

Read more
HABONETSE UMUGABO ADASANZWE AGENDANA N'INZUKI.

Mu gihugu ca Ethiopiya hari umusore w'imyaka 18 yitwa Tamirat Getachew yamaze kwiyegereza inzuki zos...

Read more
IMYIDAGADUR : JAMES NA DANIELLA BITEZWE N'ISINZI RY'ABANTU I BURUNDI MU GITERAMO CO KURANGIZA UMWAKA.

James na Daniella baririmba indirimbo mpimbaza Mana bategerejwe mu giteramo kirangiza umwaka mw...

Read more
IMYIDAGADURO : PAPA YEMEREWE ABA PADIRI GUHA UMUHEZAGIRO ABARYAMANA BASANGIYE IGITSINA.

Papa Francis yemereye abapadiri guha umugisha ababana basangiye Igitsina, iyi ikaba ari intambw...

Read more
UMUZIKI : THE BEN YASOHOYE INDIRIMBO IGARAGARAMWO UMUGORE WIWE.

Inyuma y’amasaha make Mugisha Benjamin yamenyekanye cane kw'izina rya The Ben asavye umukobwa U...

Read more
URUKUNDO BASORE MENYA IBIRANGA UMUKOBWA MUKWIYE KUGUMANA MU RUKUNDO

Iyo ufise umukunzi, hari ukuntu uba ushaka ko yitwara mu bandi. Ukanipfuza kumuhindura kugirang...

Read more
IMYIDAGADURO : ABASORE BABIRI BAFATANYWE IBITOKI BASABWA KUBIHEKENYA ARI BIBISI..

Hari abasore babiri bafatanywe ibitoki bivye bategekwa kubihekenya ari bibisi. Ivyo vyabereye i...

Read more
IMYIDAGADURO : BAFASHWE BIVYE IBITOKI BABATEGEKA KUBIRYA ARI BIBISI.

Hari abasore babiri bafatanywe ibitoki bivye bategekwa kubihekenya ari bibisi. Ivyo vyabereye i...

Read more
IMYIDAGADURO : UMUKOBWA YARI MU NZIRA YO KUBA UMUBIKIRA YATOROTSE ASIGA YANDITSE URWANDIKO RWATANGAJE BENSHI.

Furaha Florence Drava w’imyaka 25 y’amavuko avuka muri Republika Iharanira Demokarasi ya Co...

Read more
IMYIDAGADURO : WARUZI KO GUSOMANA BIKINGA INDWARA ZO MU KANWA? NAWE ISOMERE IVYIZA VYO GUSOMANA HAGATI Y'UMUHUNGU N'UMUKOBWA.

Igikorwa co gusomana ni igikorwa abantu benshi badaha agaciro cane, ariko nkuko  abashakashatsi...

Read more
IMYIDAGADURO : YAGIYE KU BITARO KWIBARUKA, ABAGANGA BASANGA AFISE IMPENE MU NDA.

Mu gihugu ca Uganda hari umugore yitwa alphonsine yagarutsweko hirya no hino ku mbuga ngurukana...

Read more