welcome on daflx blog...

BURUNDI : GÉNÉRAL ALAIN GUILLAUME BUNYONI YAHOZE ARI UMUSHIKIRANGANJI WA MBERE YACIRIWE UMUNYORORO WO GUPFUNGWA UBUZIMA BWIWE BWOSE.

Sentare ntahinyuzwa yashashe kuri uwu wa gatanu mw'ibohero rikuru rya Gitega, aho vyari bitegek...

Read more
NOËL TSHIANI UMUKANDIDA WA D R CONGO YAVUZE ATOWE INGABO ZA FARDC ZIZONJA I KIGALI GUSHINGA LETA BISHAKIYE.

Noël Tshiani, umwe mu bahiganwa ikibanza c'umukuru w'igihugu muri DR Congo yamenyesheje ko hamw...

Read more
IMYIDAGADURO : BWIZA YASINYE AMASEZERANO N'IMWE MU NZU ZIKOMEYE IBARIZWAMWO MURI AMERIKA.

Umuriririmvyi kazi Bwiza Emerance yamenyekanye cane kw'izina rya Bwiza yateye umukono ku maseze...

Read more
IMYIDAGADURO : BAFASHWE BIVYE INGURUBE, BAMAZE NO KUZIBAGA.

Muri komine ya kayanza, hafashwe kur'uyu wa gatanu abagabo bivye ingurube. Bakaba bari bamaze n...

Read more
IMYIDAGADURO : DATIVE UWIMANA UMUKOBWA W'AKARORERO MU GISATA CA BAMUKERARUGENDO.

Umurundikazi yihebeye igisata c'ingenzi na bamukerarugendo aherutse gushimirwa n'Ububiligi, nk'...

Read more
IMYIDAGADURO : YISHE NYINA WIWE AMUKEREYE IZOSI.

Hari inkuru y'urupfu rw'umuvyeyi yishwe n'umuhungu wiwe. Yakoze iryo bara avuye kunwa ibiyayura...

Read more
IMYIDAGADURO : YISHE UMWANA WIWE W'IMYAKA 13 AMWAGIRIJE INKOKO YAMUTWAYE.

Umugabo ava mu gihugu ca Kenya yitwa Douglas Tundwa afise imyaka 36 y’amavuko yiyiciye umwana w...

Read more
IMYIDAGADURO : DORCAS NA VESTINE BAKUNZWE MU RWANDA BAGIYE GUTERAMIRA ABARUNDI.

Abaririmvyi bakunzwe cane mu Rwanda, Dorcas & Vestine mu ndirimbo mpimbazamana baritezwe mu...

Read more
IMYIDAGADURO : YAFATIWE MW'ISOKO ARIKO ARAGURISHA INYAMA Z'IMBWA.

Ku munsi w'Imana uheze itariki 26.11.2023, mu gihugu kibanyi c'Urwanda hari umugabo yitwa Kubwi...

Read more
BIRABABAJE : BAMUFASHE KU NGUMVU ARI BENSHI, BACA BAMUFATA AMASANAMU BARIKO BARAMUKORERA AKO KABI KABISHE.

Mu ntara ya Rumonge, hari umwana w'umwigeme yafashwe ku ngumvu n'akagwi ka bantu kur'uyu wa gat...

Read more
UBURWAYI : KUBERA GUFATWA MINENEGWE UMURWAYI, ARIELLA IRAKOZE YARUNGURUJE IBITARO.

Umurwayi Ariella Irakoze yagiye kwivuza cancer  yar'imugegeje habi, yarahinduye ibitaro yari ya...

Read more
INKURU W'UMUBABARO : MU NTARA YA KAYANZA HATOWE IKIZIGA C'UMWANA W'IMYAKA 18.

Kur'uyu wa 20.11.2023, ku mutumba Matongo usanzwe uri muri komine Matongo intara ya Kayanza hat...

Read more