welcome on daflx blog...

IMYIDAGADURO : HARI UMUSHOFERI YASHATSE KWICA MUGENZI WE AMUHORA KO AMUTWARA IGITORO.

Umushoferi akorera mu ruganda rw'Abashinwa atwara imashini ikora ibarabara aragirizwa kugeragez...

Read more
INKINO : HATEGUWE IRUSHANWA RYA BASKET BALL RIZOHUZA U BURUNDI N'U RWANDA

Abakinyi beza bo mu Burundi bagiye gutana mu mitwe n'abakinyi beza bo mu Rwanda mw'irushanwa ry...

Read more
IMYIDAGADURO : ARIELLA IRAKOZE ARABANGAMIWE NA KANSERI IGEZE KU RUGERO RWA KANE.

«Abaganga batubwiye ko ingwara igeze kure, n'ukuvuga igeze ku rugero rwa kane.» 
Ivyo bish...

Read more
KAYANZA : YAFASHE UMUSUMA AMUCA UKUBOKO, NAWE ACA ARAMWICA.

kur'uyu wa 6.11.2023 mu ntara ya Kayanza hatowe ikiziga c'umugabo bivugwa ko catemwe n'umusuma...

Read more
IMYIDAGADURO : UMUGORE YAFASHWE YIVYE IMPENE ZITATU, IMWE AKABA YARI YAMAZE KUYIBAGA.

Muri komine Kabezi zone migera umutumba migera hari umugore yafashwe yivye impene zitatu. Muriz...

Read more
BURUNDI : ABANTU BANE BAHASIZE UBUZIMA, IMVUBU YASAMBUYE UBWATO IHITANA ABANTU BABURIMWO.

Mu gatondo ko kur'uyu wa 05.11.2023 hari ubwato bwarimwo abantu bashika kuri 6 bwariko buratemb...

Read more
FOOTBALL : ONESIME RUKUNDO ARIPFUZA GUFASHA GUTWARA IGIKOMBE UMUGWI WA POLICE FC UTARATWARA NA RIMWE.

Umunyezamu w'umugwi Police FC usanzwe uri mu cicaro ca mbere mu gihugu kibanyi c'Urwanda  RUKUN...

Read more
IMYIDAGADURO : BATARARANGIZA AMASHURE YISUMBUYE NONE BIYEMEJE KUBANA AKARAMATA.

Abanyeshure bo mu gihugu kibanyi c'Urwanda, biyemeje kubana akaramata kandi bakabandanya amashu...

Read more
IMYIDAGADURO : IGIPORISI C'URWANDA CASHIKIRIJE UBURUNDI UWITWA JOLIS BUKEYENEZA AKEKWA KWIBA BANCOBU.

Kur'uyu wagatanu itariki 3 Munyonyo 2023 , niho RIB  ( Rwanda Investigation Bureau ) yashikiriz...

Read more
BURUNDI : YATAKAJE AMARASO MENSHI, ARIELLA IRAKOZE ARWARIYE MURI KENYA ARASABA INTERERANO Y'AMARASO KUKO YATAKAJE MENSHI.

Umuryango wa Moïse Ruberintwari na Ariella Irakoze usanzwe ugwarije muri Kenyatta National Hosp...

Read more
BURUNDI : YATAKAJE AMARASO MENSHI, ARIELLA IRAKOZE ARWARIYE MURI KENYA ARASABA INTERERANO Y'AMARASO.

Umuryango wa Moïse Ruberintwari na Ariella Irakoze usanzwe ugwarije muri Kenyatta National Hosp...

Read more
IMYIDAGADURO : AGIYE GUSOHORA EP Y'IGISWAHILI INYUMA YO KUBONA INDIRIMBO NINA SIRI IKUNZWE CANE.

Umuririmvyi Israël Mbonyi akomoka mu Gihugu c'URWANDA yamaze gutangura gukora indirimbo zigize...

Read more
BURUNDI : UMUGWAYI ARIELLA IRAKOZE ARACARINDIRIYE KO YINJIRA IBITARO MURI KENYA.

Inyuma y'igihe yaramaze muri CMCK, Abaganga bamenyesheje ko Ariella adashobora kuvurwa mu Burun...

Read more