welcome on daflx blog...

IMYIDAGADURO : NDIKUMASABO GILBERT ARONGOYE KOMINE BUTIHINDA YIRUKANYE UMUKOBWA AMWAGIRIJE GUTWARA ABAGABO BABANDI.

Musitanteri wa komine Butihinda mu ntara ya Muyinga, Ndikumasabo Gilbert, yirukanye muri komine umwi...

Read more
IMYIDAGADURO : URUGENDO RWA KECAPU KUGEZA AHO YIBARUKIYE ABANA BATATU ICARIMWE.

Umuryango wa Mutabazi Jean Luc na Muyizere Jalia Nelly kuri uyu wa Gatanu itariki 14 Ndamukiza 202...

Read more
FOOTBALL : ACHRAF HAKIMI YAREZWE N'UMUGORE ARONDERA DIVOROSE ASANGA IMITUNGO YOSE YAYANDITSE KURI NYINA.

Hiba Abouk, umugore w’umukinnyi w’umupira w'amaguru Achraf Hakimi, yatangaje ko yiteguye gutandukana...

Read more
UMUZIKI : BRUCE MELODIE ARAMENYASHA KO ABARIRIMVYI BAKURU BAKWIYE ICUBAHIRO.

Bruce Melodie yavuze ko abaririmvyi bakuru bakwiye icubahiro kuko hari ivyo bakoze kandi bikomeye....

Read more
UMUZIKI : KELLYNA YAFUSE INDIRIMBO YIWE" BAIGOLO" KURI YOUTUBE.

Mu gihe yari indirimbo yiwe yambere, umuririmvyi kellyna yafuse indirimbo yiwe Baïgolo.

Iyo ndirim...

Read more
UMUZIKI : DOUBLE JAY YAFUSE INDIRIMBO YIWE"KIRUNGO" KURUBUGA RWIWE.

Mugisha Jean Junior benshi bazi nka Double Jay , yaraheruka gukora ururirimbo yise "KIRUNGO" yarufus...

Read more
UMUZIKI : B-FACE HIFATANIJE N'ABANYARWANDA MURIKI GIHE BARIKO BUNAMIRA ABAHITANWE NA JENOSIDE YAKOREWE ABATUTSI MURI 1994.

Umuraperi B Face w'i Burundi yifatanyije n’Abanyarwanda muri ibi bihe vyo Kwibuka Jenoside yakorewe...

Read more
UMUZIKI : INTWARI NTIPFA, IBAHO IBIHE VYOSE. (AMATEKA YABO)

Yitwa Willy Léonard NIYOMWUNGERE benshi bamuzi mu turirimbo twa kera twakunzwe cane gushika n'ubu. Y...

Read more
BURUNDI : INTWARI NTIPFA IBAHO IBIHE VYOSE. (AMATEKA YABO)

Amissi Hussein benshi bamuzi nka "Canjo Amissi " Ni umwe mubaririmvyi banditse...

Read more
UMUZIKI : DJ PAULIN ARIDOGERWA NA BAMWE MU BASANI BAGIZE BUJAFREVA.

DJ PAULIN umwe mu ba DJ bafasha cane muri indansi ya BUJAFREVA. Akaba n'umwe ahimiriza guvuza indiri...

Read more
UMUZIKI : ISEKEZA RYO KUGWANYA SAT-B RIRABANDANYA , UKUMUBURIRA INDERO NO KU MUGERERANYA N'ABAKICARUKA NIVYO VYIMONOGOJE.

Uyu munsi Views Ziriko zivugisha menshi abantu kuburyo Hariho Abatanguye Kunganisha Canke Kurutisha...

Read more
KABAYE : UDUSANAMU TW'IBITERASONI TWABAYE NDANSE I BURUNDI

Udusanamu tw'ibiterasoni ( Porn ) turaharawe i Bujumbura .

Ubu hagati Mugisagara ca Bujumbura haban...

Read more
TUMENYANE : MARIE JOSÉE BIGENDAKO NI MUNTU KI , REKA TUGARUKE KU VYAMURANZE.

#TUMENYANE.

Mur'uku kwezi kwahariwe ABAKENYEZI twarabayagiye bamwe mu BAKENYEZI bazwi ko bakoze ibi...

Read more
UMUZIKI : DRAMA T NIWE AGIYE KUYOBORA ABANDI BARIRIMVYI BAKUZWE MU BURUNDI.

Iradukunda Henri benshi bazi nka DRAMA t , niwe agiye gufata icumu ry'umuziki w'I Burundi.

DRAMA t...

Read more